27/07/2025
Tubibutse ko hariho umugwi WhatsApp uhuza abize kw'ishure ryacu rya Lycée du Lac Tanganyika
Kuyinjiramwo uca hano: https://chat.whatsapp.com/LSgQFvfTN5uAiCK3vAoJPY?mode=r_t
Ku kijanye n'akamaro k'uwo mugwi nako, tega yompi Nkengurutse Laurent aramutswa ishure hamwe n'abavyeyi baharereye ⤵️