ACRVD

ACRVD

Share

🔵🟡 Ubumenyi ni bwo soko ry'Iterambere muri Wake Up School ✅️

17/08/2025

🔵🟡ITANGAZO :

Ishure rya Maternelle Wake Up School riri n'Iteka nta ngere ryo ku bandikira kugira ribamenyeshe ko Iyandikwa rya bana bipfuza kwiga Maternelle Wake Up School ko iryo ya ndikwa rizotangura ku wambere igenekerezo rya 18/8/2025, kuva isaha 7H30 gushika 11H00.

Iryo yandikwa rikazomara ikiringo c'imisi 5 gusa.

Kaze Kaze mwa ndikishe abana banyu kugira bironkere Ubumenyi ku buntu.

⏩️Ishure Wake Up School ribaye rirabashimira ku kigoro muzogira mu kuza kwa ndikisha abana banyu muri benshi.

⏩️UBUMENYI N’IBWO MU SHINGE W'ITERAMBERE.

25/07/2025

🔵🟡ITANGAZO NGIRYO MUSI MURISOM👇👇👇

Photos from ACRVD's post 12/07/2025
Photos from ACRVD's post 12/07/2025

🔵🟡ISHIRAHAMWE ACRVD ririkumwe na mashure ya ryo ya Maternelle Wake Up School barahimbaje Ibirori vyo kurangiza umwaka w'ishure wa 2024-2025 ✅️

⏩️Ivyo birori bikaba vyabaye Igenekerezo rya 3 Mukakaro 2025 :

Ivyo birori vyari vyatewe Iteka n'Umuyobozi w'Ishirahamwe ACRVD na barongoye iryo shure rya Maternelle Wake Up School mu Makomine atandukanye y'Igisagara ca Bujumbura na Bujumbura Mairie.

⏩️Murivyo birori abavyeyi barereye murayo mashure ya Wake Up School baka bari bahishikiye muntumbero yo kunezeranwa n'abana babo

⏩️Ibirori vyari vyatanguye isaha 9H00 zagatondo birangira isaha 13H00, Ibirori bikaba vyarangiye Abanyeshure ba Wake Up School basangira Ibinyobwa na bavyeyi babo✅

Want your school to be the top-listed School/college?

Telephone

Website