14/11/2025
🚨 Warubizi ? - 92 🤔
Burya ngo naho bidakunze gushika kubakinyi benshi, ariko ngo Robert Lewandowski ni umwe mubakinyi bake bize amashure menshi 🏫. Mbere ngo afise diplôme ya Master mubijanye na " Éducation Physique " 🇵🇱👔💥