KAZE

KAZE

Share

KAZE pour Le developpent personnel et collectif�

30/09/2024

*_ALOE VERA GELLY_*

Aloe vera gelly n'amavuta naturel atakintu nakimwe conona urukoba kirimwo afasha vyinshi kurukoba.

*Ivyo adufasha* :

↪️ Arafasha kuzimanganya inkovu nama tache kumubiri;
↪️ Arafasha kubikomere,ubushe,aho bakugiriye operation gukira ningoga kandi ntankovu usigarana;
↪️ Arafasha uwufise amaribori:uko ugenda uyakoresha aza aragenda bukebuke,akurya naho bica bihera ubwo nyene;
↪️ Arafasha uwo imishatsi ivunguka ntisubire kuvunguka kandi igasa neza;
↪️ Arafasha uwufise amaso atukura, aryana nkipilipili,...;
↪️ Arafasha uwufise imvutu zigahera;
↪️ Aragufasha ufise ibirenge canke ibiganza bigumye bikoroha, ufise amabavu muntoke akagenda;
↪️ Arafasha kumiburu haba kuyikinga canke kuyiheza;
↪️ Uribwa uri mubutinyanka aragufasha;
↪️ Umudame aramufasha kwikingira infection nukubungabunga ingihimba c'irondoka. Umudame akoresha toilette za kizungu Publique cane cane a siege iramufasha gose;
↪️ Arafasha uwufise ibihere,urubandu,mycose,aczema,ibifaranga,ibihushi,....;
↪️ Arafasha kugisekera kikiri gito kikayonga, kimaze gukura kigasha ningoga kandi kikimena utababaye;
↪️ Arafasha gukinga izuba wayisize,aho abandi ribamena umutwe ribaturira nawe ntanakimwe uba wumva;
↪️ Nibindi vyinshi

Ukeneye kumenya vyinshi vyimbitse nukuyaronswa👇🏿

Whatsapp/Appel:+257 79844626

Sangiza ubutumwa incuti n'abagenzi

23/01/2023

*Mardi le 24/01/2023*
🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸
----------------------
AMAHIGWE ADASANZWE KURI WEWE UHAWE UBU BUTUMIRE

BIRAMENYESHEJWE ABANTU MUKENEYE ICO GUKORA CINZIZA KUKWEZI KANDI WITWA UMUFATANYABIKORWA WIKIGO KIVA MUBUHINDI NO MURI AMERICA NIGISHASHA CAZANYE BISHASHA MUTARI MUZI KUBWIVYO CIPFUZA ABANTU BUMVAKO BASHAKA ICO GUKORA KUGIRA GISHIRE MUNGIRO IBIKORWA VYACO✍️

*NNM* _Cabateguriye inyigisho ugisoma ubu butumire iyandikishe nuwubijejwe kugira uje kurutonde rwabazakirwa kndi bazoca bamenyeshwa nivyo gukora murico kigo batangure gukora ibikorwa bitandukanye.

M.N:
1) *Utiyandikishije ntuzokwakigwa kuko haziga abari kurutonde*.

2) *Wemerewe kuzobamwo mubaziga abagenzi 5 gusa wobandikisha kuko ikigo cipfuza abantu 160.*

3. *Ikibanza ahazobera inyigisho ni centre ville kuri coopec hepfo ya Obama shop Hafi yaho 9h-12h ucerewe uzoce usubira inyuma naho uzoba wiyandikishije*

Iyandikishe kuko ibibanza biraharuye bikwiye ntuzakirwa. ico ubaza hamagara canke wandike Tel *+25779844626*
✍️ *IKIGO NNM*✍️✍️✍️✍️✍️✍️

Photos from KAZE's post 18/09/2022

Ikigo gishinzwe kugenzura ibiribwa n'imiti mu Rwanda, cyahagaritse ikwirakwiza n'ikoreshwa ry'imiti ya Broncalène y'abana na Broncalène y'abantu bakuru bitewe n'uko bimwe mu bigize iyi miti bigira ingaruka ku wayihawe igihe ahawe imiti ikoreshwa mu gutera ikinya.
Inkuru dukesha Radio Rwanda

Photos from KAZE's post 14/09/2022

#
Benshi uzawumva tuvuga ngo ngiye 💪, Ntanumwe ndumva avuga ngo ngiye # ubuzima🤷‍♂ Kuberiki Dukoresha Irivuga # tutavuga #? umwihwezo nagize nuko Iyugiye Guhiga ushobora no #🙅‍♂ kandi Iyuhiga Ntuhigira Mukibanza canke ahantu hamwe😴Kandi Urashobora kubura icuhiga ahuwundi yakironse canke naw ukakironka ahabandi bakibuze😌, niho havuye ijambo # canke # Kandi iyurikurahiga birarusha ntibisa Nuwugiye Gutora mbere haraho uhigira ukanahasiga bakahakirira😞😞(Cqfd)
Kubwuwo mwihwezo: Abantu ntibazogucintege Mubikorwa vyawe nubwo bokwereka intambamyi canke abananiwe kuko abarundi barayamaze at I" Imana ya Mwene so siyo ya Mwene Nyoko" Kandi ngo Atacuhevye Ntacuronka🤣🤣UTinya kumena irigi umurete uzowumva kumatwi🙏🚗

#: UBUZIMA (akanoti)
UBUZIMA (amagara)

Photos from KAZE's post 10/09/2022

#
Mbe ahiwanyu harangwa niki? iyuvuze muntara canke mwikomine iwanyu baca baboniki? 😉😋
Twagiye rero Jew uvuze # mbona #, n' #🤗🤗
Musomyi Nawe turatire🤗🤗🤗🤣
ntimwibagire gukanga kuri # canke # na #👍

08/09/2022

# Tube turaratirijisho kutugenegene 🤗
Gusa iyaba arumwirabure Bavuga ngo #

Photos from KAZE's post 08/09/2022

#
Station iri # kuri 11 ihejeje kwadukako Umuriro ivyahononekariye harimwo amamoto hafi nkayose yarahari n'izindi ngendeshwa zitaramenyekana, Burya guhomba n'akanya gato
# Turahojeje Abahombeye mwiyo mpanuka🚗

04/09/2022

#
umukuru w'Igihugu cacu Ivyavuga Nubwo utoburi muri politique Nukuri kwigendera!
Irijambo yavuze muryumvagut? Harabantu basupfukamye munda twebwe abantu batobato😥

04/09/2022

MOTIVATION

Ne permettez jamais à personne vous dire que vous ne pouvez pas!!! Je dis bien jamais ! Croyez en vous, en votre talent, en cette passion en vous et en Dieu! Le reste la vie te le donne en cadeau 😉

#

02/09/2022

#
Ikinyamakuru # Turakeje umunyeshure w'umwete # # wo muntara ya Kayanza aho aHeruka kumenya kumanota 79/200 Mukibazo kimuha uburenganzira bwokuja mumwaka w'Icumi na rimwe w'amashure nshingiro🤗❤
Kumyaka 40 afise TURAMUKEJE TUMUTERINGUVU Give up #

Akajambo kamwe kuri #🤲🤗❤

Want your school to be the top-listed School/college in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Website

Address

Bujumbura