Turavye Ibihugu vya East Africa
Tukaraba igihugu cuburundi
Tukaraba indimi tuvuga
Tutize igiswahili nicongereza Tuzohava dusanga tudashoboye kuronka akazi muri Aka karere
Tuzohava dusanga tudashoboye kudandaza
Tuzohava dusanga tugumye muri iki guhugu gusa kandi "akanyoni katagurutse katamenya iyo bweze."
Kuri ivyo bibazo vyose TIEAC igomba kuzibigisha mutavunitse
Iyandikishe Ubu nyene ku numéro zikurikira 6108554 Wandike muri message izina ryawe aho uba téléphone ukoresha unavuge ko wipfuza kwiga nicongereza nigiswahili kubuntu .
Twige Indimi za E.AC
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Twige Indimi za E.AC, Educational consultant, mukaza, Bujumbura.
Woba uri I Burundi? Wipfuza kumenya indimi zikoreshwa mwishirahamwe rya Afrika y'ubuseruko icongereza nigiswahili niwiyandikishe Ubu nyene wige Ku buntu izo ndimi.
Ibisabwa:
- kuba uba mu Burundi
- kuba ufise téléphone ngendanwa irimwo iradio
- kuba Ukoresha umuhora wa econet cank lumitel
- kuba ushoboye kwigurira ama unité ya 600Fbu ku kwezi
- kuba ushobora kuronka akanya k'iminota 45 kumusi yo kwiga
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Website
Address
Bujumbura