Academy Bururi Team #paulinho

Academy Bururi Team #paulinho

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Academy Bururi Team #paulinho, School, 62827908 Paulinho, Bujumbura.

29/06/2022

Academy Bururi 7- 0 Ndindamagara

23/05/2022
17/02/2021

Academy-bururi vs Inter-star

14/09/2020

💰💰💰 Yewe ndakubariye har'abana bazi kw'injiza agafaranga aho hakurya!!!

🛑 Ikinyamakuru FORBES gikunze gukurikirana ivy'ubutunzi bw'abakinyi, imigwi n'ibindi vy'amamare vyo kw'isi, cashize ahabona urutonde rw'abakinyi b'umupira w'amaguru 10 ba mbere binjije amafranga menshi muri 2020.

👉 CR7 na Lionel Messi n'ubu baza imbere,

👉 Mur'abo 10 harimwo umunyafrika 1,

👉 Imigwi ya PSG, Barcelona na Man Utd ifisemwo abakinyi 2,

👉 Ubufransa nibwo bwzserukiwe n'abakinyi benshi (3),

👉 Muri bo harimwo mbere n'umunyegori.

👇👇👇 Ng'uru urutonde rw'abo uko bakurikirana:

1. Lionel Messi🇦🇷 wa Barcelona: Imilioni 126 z'amadolari ( $126M )

2. CR7🇵🇹 wa Juventus: Imilioni 117 z'amadolari ( $117M )

3. Neymar🇧🇷 wa PSG: imilioni 96 z'amadolari ( $96M )

4. Kylian Mbappé🇫🇷 wa PSG ku milioni 42 z'amadolari ( $42M )

5. Mo Salah🇪🇬 wa Liverpool: iminlioni 37 z'amadolari ( $37M )

6. Paul Pogba🇫🇷 wa Man Utd: imilioni 34 z'amadolari ( $34M )

7. Antoine Griezmann🇫🇷 wa Barcekona: n'imilioni 33 z'amadolari ( $33M )

8. Gareth Bale🏴󠁧󠁢󠁷󠁬󠁳󠁿 wa Real Madrid: milioni 29 z'amadolari ( $29M )

9. R.Lewandowsky🇵🇱 wa Bayern: imilioni 28 z'amadolari ( $28M )

10. David Degea🇪🇸 wa Man Utd ku milioni 27 z'amadolari ( $27M ).

⚠ M.N: uru rutonde rwzkozwe hisunzwe imishahara n'utundi turusho, amasezerano bagiraniye n'amashirahamwe yo kwamamaza, n'utundi dufranga twose bagiye barinjiza muri sezo irangiye ya 2019-2020.

Nk'akarorero ayo Messi yinjije harimwo milioni 92$ z'imishahara, na milioni 34$ zavuye muri ivyo bindi vyose twavuze, CR7 nawe ni $70M y'imishahara, na $47M yaciye mur'ivyo bindi twavuze...

©Foot +257

Photos 12/07/2020

helloooo y'a match kumvo zukubura stade y'a izere fc aho rero kumunsi wa kabiri le 14/7/2020 umugwi wanyu ariwo wacu uzotana mu mitwe na wo kumutambara mu ntara y'a rumonge kuri stade yo kumutambara 14h kazeeeé muri besh gufana umugwi wany ooooooyyyeeeeéee

01/06/2020

Academy.com

Want your school to be the top-listed School/college in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Telephone

Website

Address

62827908 Paulinho
Bujumbura
62827908