Iteriteka Trésor Ministries

Iteriteka Trésor Ministries 📖YESU niwe nzira,Ukuri,n'Ubugingo
📖Jésus est le Chemin,la Vie et la Vérité
📖 Jesus is the Way,....

 (Souls to Christ) les âmes à Christ, Gihanga 🔴 V3 Mille Mercis Saint Esprit(partie 1)Ukwidegevya nyakuri gutanguzwa no ...
17/08/2026

(Souls to Christ) les âmes à Christ, Gihanga 🔴 V3 Mille Mercis Saint Esprit(partie 1)
Ukwidegevya nyakuri gutanguzwa no kwakira🙌🏾YESU nk'UMWAMI n'UMUKIZA erega ntawundi❌ agakiza kabonerwamwo kandi ntarindi❌zina abantu bahawe ryo gukirizwamwo atari irya YESU Hallelujah Hallelujah.

17/08/2026

Naho tutoba.....

17/08/2026

n'IMANA niyo gahunda yacu mercredi et jeudi le 02 et 03 zukwezi kuza (Septembre) Mukubaho kw'IMANA

16/08/2026
  co KUGENDERWA n'IMANA tegura kubana natwe MPWEMU YERA ntazobura kutugenderera kubw'icubahiro c'UMWAMI YESU ubu n'ibihe...
14/08/2026

co KUGENDERWA n'IMANA tegura kubana natwe MPWEMU YERA ntazobura kutugenderera kubw'icubahiro c'UMWAMI YESU ubu n'ibihe bitazoshira

12/08/2026

yarapfuye ✝️⚰️🪦 kandi yarazutse🙌🏾 Izina ryiwe ni YESU Hallelujah

 🤲🏾🧎🏾‍♂️Uhoraho ni kimwe1️⃣ni co nzohora nitwaririka🙌🏾N'ukuba mu ngoro y'Uhoraho imisi🗓️yose y'ubugingo bganje🌎Nkaraba u...
12/08/2026

🤲🏾🧎🏾‍♂️Uhoraho ni kimwe1️⃣ni co nzohora nitwaririka🙌🏾N'ukuba mu ngoro y'Uhoraho imisi🗓️yose y'ubugingo bganje🌎Nkaraba ubgiza bg'Uhoraho, nkihweza urusengero rwiwe📖Zaburi 27:4 Hallelujah

  yawe n'Imitima💛 inyotewe 🤲🏾 ukubaho kwawe tukudugirije ibiganza vyacu dushima 🙌🏾🙏🏾 IZINA ryawe ryera YESU KRISTO, meny...
12/08/2026

yawe n'Imitima💛 inyotewe 🤲🏾 ukubaho kwawe tukudugirije ibiganza vyacu dushima 🙌🏾🙏🏾 IZINA ryawe ryera YESU KRISTO, menyekana,amamara, Mwami wacu ubu n'ibihe bitazoshira hallelujah.

11/08/2026

Vuba cane Umwami Mana 🤲🏾 atugiriye Ubuntu Mercredi et Jeudi le 02 et le 03 septembre🗓️ (ukwezi kw'icenda)tegura kubana natwe mugikorane co KUGENDERWA N'IMANA Hallelujah

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Iteriteka Trésor Ministries posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share