Mungu kwanza

Mungu kwanza

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Mungu kwanza, .

06/09/2024

The
Leader's Voice Worship Team

Uwo mugwi Uriko Uvyitwaramwo neza
Muriyi misi
Baherutse Kudutamwo
Umutima Uhimbaza
Ubu hoho
Ngo
Ishimwe

16/03/2024

Why iyi post mur 's_Voice_Worship_Team
N ??? Cangwa ni

'UHIMBAZA
'UHIMBAZA
'UHIMBAZA

👉 iyi page Tubandanye tubah Amakuru y'ugwaruka Rushasha

10/10/2023
27/08/2023

🔥🔥🔥Ahera bene wacu Bwubundi arakora ibara 🤣🤣🤣umviriza nawe utangare✍️✍️✍️✍️😱😱😱😱 iyi page

22/07/2023

💞Biratangaje caane Umuririmvyi yaturuka mugihugu kibanyi kidukunda🇷🇼🇷🇼Twebwe🇧🇮🇧🇮 Inkuru nzizaaa Hari Igikogwa umuhisi yasize akoze gushika Ubu benshi birabatangaza kuba Song yasize yise ukuntu iguma itera ija Imbere🎶🎵🎵🎼✍️✍️✍️mbe basha abaririmvyi muriko murakora gute nikihe gikorwa tuzobibukirakoo 🌍🌍amahanga yose azokwibukira kuki??🇧🇮🇧🇮bandanya mugira kuriyi page

22/07/2023

💞kwakundi muri bwarukundo✍️Yemwe yemwe🤣🤣🤣 bagenzi ibibintu mwebwe mwoba mubitahukiwe?🤭🤭😱😱👉👉👉 Sooo reka tubibutse KO hari song nshasha ya yaraye igiye kumugaragaro twese twisange kuri youtube yumusore asanzwe abikora nez mugisataa ca Gospel_Rap hano kubutaka bw'Uburundi izina ryiyo song ni 🎵🎶🎼Komeza kugira liké❤️ kuriy page tubandanye tubaha amakuru menshi yerekeye abaririmvyi bacu ba gospel

25/06/2023

Amen amen!!!!!!

Want your school to be the top-listed School/college?

Telephone