Ubuzima bw'ubwiza bwo muri kristo Yesu

Ubuzima bw'ubwiza bwo muri kristo Yesu Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ubuzima bw'ubwiza bwo muri kristo Yesu, Bujumbura.

30/12/2025
Mbega bene data kwihereza kino kinyobwa vyoba bisambura ubucuti ufitaniye n'Imana ? Ndashaka inyishu zanyu mur commentai...
28/12/2025

Mbega bene data kwihereza kino kinyobwa vyoba bisambura ubucuti ufitaniye n'Imana ? Ndashaka inyishu zanyu mur commentaire ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

30/01/2024

Uno murongo bene Data urerekana ko mw'Ijuru hatawojayo idini canke abakwirikiza amategeko y'Imana,ariko yerekana ko hazinjira abazoba bqnesheje,
Ndavuga ikikinutu burya abakwiukiza amateheko y'Imana sibo bana b'Imana harababikora nashaka kW?inyegeza murayo mategeko ndavuga ivyagezwe na cane cane ,
Ariko Bibiliya Irabisigura neza
,aho Ivuga yuko umuntu ari miri kristo Yesu aba abaye icaremwe gisha ivyakera biba bishize vyose biba bibaye bisha,ariko uyo muntu aba yabanje gutahura y'a mabwirizwa y'Imana,munyuma akakira Kristo nk'Umwami n'umukiza m'ubugingo bwiwe,
Nan je ndababaza bene Data woba uri murabo nashaka kuba abanesha kugira nawe uzobone kwinjira muriryo Juru Imana Yadusezeraniye?nahawe wokwisuzuma ivyo ubamwo mbega birahimbara Imana,ugasanga bitayihimbara usabwa gusaba Imbabazi kuko Iracari kuntebe yimbabazi irindiriye wewe nanje kugir tuze dusangire ivyiza Vy'Ijuru ,utaramwakira naho nuko wokwegera umukozi w'Imana u*i ukmibwira ko warambiwe kuba umuja w'icaha ariko ushaka kuba muruhongore gwabana b'Imana.

Murakoze ,IMANA Ibandanye kubatahuza mugire umusi mwiza muwuronkemwo ivyo mwiopfuza ariko bihimbara Imana bitoshobora kubakura mubugombe bwayo.

30/01/2024

Unesha nzomugira inkingi yo mu rusengero rw'Imana yanje, kandi ntazosohoka ukundi, nanje nzomwandikakw izina ry'Imana yanje, n'iry'umurwa w'Imana yanje, ni wo Yerusalemu musha, wururuka uvuye mw ijuru ku Mana yanje, kandi nzomwandikakw izina ryanje risha.

Ivyahishuriwe Yohana 3:12

30/01/2024

Yesu ashimwe bene Data ncuti z'umusaraba n'agira turabire hamwe mumajambo ava migitabo cera arico Bibiliya ,imirongo igenda yerekana abazoja mw'Ijuru abaribo.

29/01/2024

Yesu Ashimwe bene Data ncuti z'umusaraba nashaka twibukanye ivyurugendo twatanguye go kuja mw'Ijuru,burya
Mwijuru hazojayo abantu :-Bose?
canke hariho abatazorishikamwo,
Ndasubira
- nkabaza
Burya ntihazojayo idinini kanaka bivyanye nukuntu babona babigenza ,ndavuga ivyo gukurikiza ivyo Imana yari yabwiye abatubanjirije aribo ,abisirayeri?

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ubuzima bw'ubwiza bwo muri kristo Yesu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The School

Send a message to Ubuzima bw'ubwiza bwo muri kristo Yesu:

Shortcuts

Share